Umuvugizi wa leta y'u Burundi yabwiye BBC ko ibyatangajwe na ... "Kunanirwa gutanga amakuru nyayo ku bukana bw'iyi ndwara, uko yandura n'uburyo ikomeye,ni uburyo busanzwe bwo guhakana no kuyobya ...
Umukuru w'ishami rya ONU rijejwe impunzi, HCR, Antonio Guterres, avuga ko ahangayikishijwe n'ikibazo kiri mu Burundi catejwe n'ugushaka kwitoza kwa Prezida Nkurunziza. Ubushikiranganji bujejwe ...
Umushikiranganji Eduard Nduwimana yemeje ingigo yafatiwe mu nama idasanzwe yabaye ku w'Imana, yo gukura Agathon Rwasa ku burungozi bwa FNL. Mw'iryo kete umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu ...