"Isi yugarijwe n'akaga k'indero y'abakobwa," aho abakobwa bashika miriyoni 130 bataja mw'ishure hirya no hino kw'isi , nk'uko Malala Yousafzai yagabishije. Uwo mukobwa aharanira indero y'abakobwa ...
Insiguro y'isanamu, Malala Yousafzai (mu mwambaro usa n'utukura) yabaye uwa mbere muto uhawe igihembo cya Nobel kubera guharanira uburenganzira bw’umwana w’umukobwa mu burezi Ibiranga iyi nkuru ...